Cibitoke:Musitanteri yanse gutanga impapuro zemeza ko umuntu aba muriyo komine

Musitanteri wa komine cibitoke mu gisagara ca bujumbura yanse guha impapuro zemeza ko bari basanzwe baba muriyo komine umuryango w’abasore babiri bavukana bo mu mugambwe msd batowe ari ibiziga barashwe kandi babohanye ku mutakura kuruyu wa mbere itariki 13 z’uku kwezi. Izo mpapuro zitabonetse rero ibitaro ntibishobora gutanga ibiziga vya ba nyakwigendera ngo baheze bafubanwe iteka.
Pierre Claver MBONIMPA arongoye ishirahamwe APPRODH riharanira agateka ka zina muntu n’akabanyororo avuga kw’arihonyangwa ry’agateka ka zina muntu rikabije.
Kubw’iwe ngo" nahumuntu yoba ari umwansi canke atavuga rumwe na leta amaze kwitaba Imana ategrezwa kubahirizwa". Umviriza Pierre Claver MBONIMPA arongoye ishirahamwe APPRODH.

Clique pour écouter...

Publié le 15 / 07 / 2015 par

Vos Commentaires

Donnez votre commentaire sur cet article!

Attention : votre commentaire n'apparaîtra qu'après avoir été validée par un l'équipe éditoriale de Bonesha FM.

Votre Nom
Votre Email
Votre Commentaire