Ibiganiro bihuza leta y’Uburundi nabatemera ikiringo ca gatatu ca presida Petero NKURUNZIZA,nivyo vyonyene bishobora gutorera umuti ingorane ziri mu Burundi.

Inama y’igihugu iharanira kubahiriza amasezerano y’Irusha n’ukugarukana igihugu gishingiye ku mategeko yashinzwe i Addis Abeba,muri Ethiopia n’abatemera ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA,irahumuriza abarundi ko itarota itera intambara canke ngo isenyure ubutegetsi.Kubwa Jérémie MINANI umwe mubagize urwo runani amanyeshako hategerezwa kuba ibiganiro vyerekeye ugusubiramwo amatora nuko presida Petero NKURUNZIZA yoheba ikiringo ciwe ca gatatu giteye kubiri n’amategeko.Ivyo biganiro nivyo vyotuma ibintu bigenda neza mu gihugu.Ni mumutege amatwi.

MP3 - 858.2 kb
Clique pour écouter...

Publié le 10 / 08 / 2015 par Jimmy blaise Niyizonkiza

Vos Commentaires

Donnez votre commentaire sur cet article!

Attention : votre commentaire n'apparaîtra qu'après avoir été validée par un l'équipe éditoriale de Bonesha FM.

Votre Nom
Votre Email
Votre Commentaire