Uburundi bwitavye ihiganwa ryo gusiganwa nimiduga mugihugu curwanda

Kuva kuruyu wagatanu italiki 31 mukakaro mugihugu curwanda
hazobera ihiganwa ryo gusiganwa nimiduga ryitwa rwanda mountain gorilla rally rikazorangira italiki yambere myandagaro.
Iri higanwa ryo kugwego rwamahiganwa ya africa muri mwenizo nkino hazoba harimwo ababunyoye nka jaspreet chattle wa kenya,jassy singh wa zambia canke abbu sempembwa wa ouganda.
Iryo higanwa nkuko bimenyeshwa nishirahamwe ryugwo rukino mu murwanda rizokwitabwa nibihugu bitandatu arivyo rwanda,burundi,kenya,ouganda,zambia na cote d ivoire aho atanumwe araritahukana kabiri kuva ritangura.


Publié le 31 / 07 / 2015 par Joachim

Vos Commentaires

Donnez votre commentaire sur cet article!

Attention : votre commentaire n'apparaîtra qu'après avoir été validée par un l'équipe éditoriale de Bonesha FM.

Votre Nom
Votre Email
Votre Commentaire